gahunda y'itangazamakuru
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Mu Burundi, uburovyi bukorerwa mu kiyaga ca Tanganyika bugiye guhagarikwa mu kiringo c’amezi 3. Nijeriya iri mu matora ya prezida, ay'abashingamateka n'ayabakenguzamateka. Ubumwe bwa Buraya bwemeza ko bwahashije Uburusiya mu kubuhana. Turukiya yatanguye gusanura inyubakwa zasenyuwe na nyamugigima.