Amakuru y'Ijwi ry'Amerika mu gatondo: Perezida wa Ukraine yahawe na Amerika impano y’umuriyaridi w’amadolari wo kugura ibirwanisho. Nyamugigima mu Buyapani yahitanye Abantu Babiri
Mu kiganiro Iwanyu mu Ntara: Leta y’u Rwanda irategura gahunda yo kwongera guhahirana n’ibihugu bituranyi, nyuma y’igihe kitari gito imipaka ifunze.
Murisanga y'uno munsi yabatumiriye bamwe mu barundi bari barahunze mu 2015 bamaze gutahuka mu gihugu cabo
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Prezida wa Reta zunze ubumwe z'Amerika, Joe Biden, ejo ku wa gatanu azohamagara mugenzi we w'Ubushinwa, Xi Jinping. Muri Nijeri, abajihadiste bateye bisi y'abagenzi n'ikamyo, bica abantu 21, mu bumanuko bw'igihugu.
Amakuru yo kuri uyu mugoroba: Honduras Yemeje ko Hernandez Yahora ari Prezida Yorungikwa muri USA Burundi: Ingingo ibuza amakinga n'ama moto kuja mu bice bimwe bimwe vya Bujumbura vuba iratangura