gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
Amakuru mu Gitondo
Uburundi bwahimbaje kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 15 ukwezi kw’umunani, umusi w’iyurizwa rya Bikiramariya mw’ijuru wahuriranye n’ imyaka 125 Ekereziya katorika ishinze imizi mu Burundi. Mu Burundi, umugambwe CNL wavanye ku mugaragaro Umushingamateka Agathon Rwasa ku burongonzi bwawo.
13:00 - 13:30
16:00 - 16:59
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Mu Rwanda, bamwe mu banyagihugu mu karere ka Rubavu ntibashobora kwivuza. Muri Libiya, intambara yashyamiranyije imirwi ibiri ya gisirikare yahitanye 27. Koreya ya Ruguru yemeje bwa mbere ko ifunze Travis King, umusirikare w’Amerika, yahungiye ku ruhande rw’umupaka rugenzurwa n’ico gihugu.