Amakuru agezweho muri kano gatondo: ONU Iragabisha Intambara muri Libiya ivuye ku Kurwanisha Ivyicaro vya Poritike. ISIS Yagenye Indongozi yayo nshasha
Leta y’Uburundi yemeje umugambi mushya wo kunganisha imishahara y’abakozi bose ba Leta bafite diplome zingana. Reta ivuga ko muri iyo Gahunda, nta mukozi uzagabanirizwa amafaranga ko ahubwo benshi bazongerererwa
Mu kiganiro Murisanga c’uyu musi, turavuga ku kugene Uburundi bufise ibintu vyinshi vyo kurata mu bijanye n’ivyerekeye ingenzi, ikiyaga Tanganyika kirimwo.
Imirwi yitwaje ibirwanisho irenga 36 yakoraniye mu gisagara ca Uvira, mu buseruko bwa Repubulika ya demokarasi ya Kongo mu biganiro vyo kwiga uburyo yoshira ibigwnisho hasi. I
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.