Perezida Mushasha wa Somaliya Yimitswe mu mabanga. Ishirahamwe rya Afrika risaba Ukraine gutegura mine yateze mu mazi kugira ingano zisohoke ikivuko
Umuvugizi wa M23 Major Willy Ngoma aratangaza ko itigeze ibona ubufasha ubwo aribwo bwose buvuye mu Rwanda bwaba ubw’intwaro cyangwa se abasirikare yavuze ko yamaganye ibirego bidafite ishingiro bya FARDC ivuga ko u Rwanda ruyitera inkunga
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga y'uno munsi twayihariye abakunzi b'Ijwi ry'Amerika kugira badusangize amakuru avugwa mu mihana yabo, bongere bagire ico bavuga ku yatandukanye Ijwi ry'Amerika ryabashikirije muri ino ndwi.
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Amakuru atambuka i saa kumi n'ebyeri ku mugoroba mu Rwanda no mu Burundi. Akenshi, aya makuru yibanda ku karere k'ibiyaga bigari n'Afurika y'uburasirazuba.
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Uburundi bwatanguye kurekura bamwe mu banyororo bafungiwe ubusa. Ubumwe bwa Bulaya buvuga ko hari ibitegerezwa kubanza guhinduka mu bijanye no gukoresha amafaranga ya Reta kugira busubire gucisha imfashanyo mu minwe ya Reta