gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Mu Burundi, abafite amahoteri baravuga ko bakora bahomba kuko batakibona abayacumbikamo.Umunyarwanda Paul Rusesabagina aravuga ko muri demokarasi yemerewe kuvuga no gutanga ibitekerezo. Mu Rwanda abantu 12 baravuga ko bafunzwe mu buryo bunyuranyije n’amategeko bagasaba gufungurwa.
13:00 - 13:29
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Uno munsi, amakungu yahimbaje umunsi wahariwe impunzi. Somaliya ifise impungenge ku mutekano wayo. iriko isaba ko ingabo z’ubumwe bwa Afurika ziba ziragumijwe muri ico gihugu. Polisi ya Kenya yashwiragije ibihumbi n’ibihumbi vy’abiyerekana ikoresheje ivyuka vyokera n’amazi afise inguvu nyinshi.