gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
Amakuru mu Gitondo
Ababuranira umumenyeshamakuru w’Umurundikazi Sandra Muhoza, basaba ko arekurwa.Ishirahamwe ry’Uburayi ryaciye urubuga META imiliyoni 840 z’amadolari kubera uburyo ikora ibijanye n’ubucuruzi ku mbuga.Inama y'abakuru b'ibihugu bigize APEC yatanguye imilimo yayo i Lima, ku murwa mukuru wa Peru.
13:00 - 13:29
18:00 - 18:29
19:30 - 20:00
Amakuru ku Mugoroba
Mu Rwanda, bamwe mu bafunguwe bavuga ko amagereza arimo ihohoterwa ry'uburenganzira. Abanyasenegale bazatora inteko ishinga amategeko itegerejwe cyane. Muri Afrika y’Epfo, abantu amagana biriwe ku kirombe cya zahabu cyari cyarafunzwe bategereje ko bene wabo bahezemo basohoka bakiri bazima.