gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00

Amakuru mu Gitondo
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
00:30:00 Kira
16:00 - 17:00
Ikiganiro kuri Boko Haram
Ambasaderi Frederic Gateretse-Ngoga atwara igisata kijejwe gukumira amatati mu muryango w’ubumwe bwa Afurika, Union Africaine na Fiacre Munezero, atwara Radio Internationale Ndarason yashinzwe ngo ifashe mu gutuza iterabwoba mu bihugu bitandukanye vya Afrika na cane cane ibigwiriyemwo Boko Haram, mu kiganiro n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Diane Nininahazwe, barasigura ingene uwo murwi w'iterabwoba utunganije.