Radio
Iwanyu mu ntara
Mu Rwanda, Umunyapolitiki Christopher Kayumba yatangiye kwiregura. Umuvugizi wa Leta y’u Rwanda arabeshyuza amakuru yavuzwe ko U Rwanda rutifuza gukomeza kwakira impunzi zituruka muri Kongo. Mu Burundi, bamwe mu rubyiruko bafata imiti ibongerea ingufu mu gihe cyo gukora imibonano mpuzamitsina.
Amakuru y'Akarere
Umumenyeshamakuru Agnes Nindorera yakoreye Ijwi ry'Amerika mu Burundi yitavye Imana. Ingabo z’Amhara Zatangiye kuva mu Ntara ya Tigreya. Uhuru Kenyatta yahoze ari Prezida wa Kenya akaba ari we muhuza mukuru mu biganiro vyo kugarukana amahoro mu buseruko bwa Kongo yakoranye inama n'indongozi za M23
Amakuru ku Mugoroba
Ikigo c'ubucuruzi ca Donald Trump cahamwe n'ivyaha 17 vyo kudatanga amatagisi. Uburusiya bwemeza ko bwafashe igisagara ca Soledar kiri mu buseruko bwa Ukraine. Umushikiranganji ajejwe ikigega ca Reta ya USA azogendera ibihugu bitatu vya Afrika.Ingabo z’Amhara Zatanguye kuva mu Ntara ya Tigreya.