Abanyagihugu muri RDC barishima kwumva M23 yavuze ko izosubira mu birindiro vya kera. HCR ivuga ko ihangayikishijwe n'intambara muri Sudani y'ubumanuko. Uburusiya bwiteze ko intambara muri Ukraine izoba ndende.
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Urucanco ruzokoresha mu gukinga Ebola rwashitse muri Uganda. Nijeriya ihakana ko ata programu yo gukuramwo inda ku bana b'abakobwa mw'ibanga.
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.