Murisanga

  • Diane Nininahazwe

Your browser doesn’t support HTML5

Umurwi utegura amatora muri Kenya wemeza ko William Samuel Ruto, ari we yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu, Raila Odinga nawe akaza mu kibanza ca kabiri. Raila Odinga yanse ivyavuye muri ayo matora, avuga ko yabayemwo amahinyu. Ikigiye gukurikira ni iki? Turabigarukako muri Murisanga.