Burundi: Polisi Yahagaritse Ikiganiro Cari Kigenewe Abamenyeshamakuru

Gabriel Rufyiri ukuriye ishyirahamwe OLUCOME rirwanya ruswa n'inyerezwa ry'umutungo wa Leta

Mu Burundi igipolisi caburabuje kirahagarika ikiganiro cari kigenewe abamenyeshamakuru kuri uyu wa mbere.

Ico kiganiro cari categuwe n’amashirahamwe abiri PARCEM na OLUCOME, aharanira ubutunzi akarwanya ibiturire n’isesagurwa ry’amatungo ya reta.

Abarongoye ayo mashirahamwe bari bashatse kwiyamiriza ingingo iherutse gufatwa na reta yo kubuza amapikipiki, taxi velo, na TukTuk kwinjira hagati mu gisagara ca Bujumbura.

Umumenyashamakuru w'ijwi ry'amerika, Pierre Claver Niyonkuru yateguriye inkuru mushobora kumva hano hepfo mu ijwi.

Your browser doesn’t support HTML5

Amashirahamwe PARCEM na OLUCOME Yabujijwe Gutanga Ikiganiro