Uburundi Bwasezerewe mu Nkino ca CAN 2019

Intamba mu Rugamba

Umurwi nserukiragihugu w'Uburundi, Intamba mu Rugamba w'abakuze, kuri uno wa mungu wasezerewe mw'ihiganwa ry’inkino za CAN ya 2019 ziriko zirabera mu gihugu ca Misiri. Ni inyuma yo gutsindwa na Guinee ibitsinzo bibiri ku busa. Bugize gatatu Uburundi butsindwa ata gitsindo na kimwe bwinjije.

Mbega n’ikihe cigwa Uburundi Bwokura muri izi nkino zabwo za mbere muri iryo higanwa?

Mugenzi wacu Fidele Niyongabo yaganiriye na Christophe Nkurunziza umumenyeshamakuru w’inkino mu Burundi.

Your browser doesn’t support HTML5

N'Iki Cigwa Intamba mu Rugamba Zakuye muri CAN