Melania Trump arakomeje urugendo rwiwe muri Afurika
Urugendo rwa Melania Trump muri Malawi mu Mafoto
1
Umufasha wa perezida wa Amerika Donald Trump, Melania Trump, aho yashika ku kibuga c'indege mpuzamakungu ca Lilongwe muri Malawi kuri uno wa kane igenekerezo rya 4/10/2018
2
Melania Trump yasanganiwe n'abana agishika muri Malawi
3
Melania Trump ariko yakirwa n'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu ca Malawi, Gertrude Maseko.
4
Melania Trump ariko atora amashurwe yasanganijwe