Uko wahagera

Burundi: Abakenyezi Bakorerwa Amabi Arenze


Ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryashinze imisi 16 yo guhimiriza no kwiyamiriza amabi akoregwa abakenyezi kw’isi kuva mu mwaka 1991.

Iyo misi 16 itangura buri itariki 25 z’ukwa cumi na rimwe kugeza itariki ya 10 z’ukwezi kwa cumi na kabiri.

Mu kiganiro MURISANGA cateramijwe n'umumenyeshamakuru Auriane Itangishaka, abatumire n'abanywanyi b'Ijwi ry'Amerika barihweza amwe muri ayo mabi n’ikiriko kirakogwa mu gutabara abakenyezi mu Burundi.

Ikiganiro Murisanga ku mabi akoregwa abakenyezi. Auriane Itangishaka.51' 00"
please wait

No media source currently available

0:00 0:51:05 0:00


XS
SM
MD
LG