Uko wahagera

Ukugabanya Igitigiri c’ Ibibondo Bipfa Bikivuka

Ukugabanya Igitigiri c’ Ibibondo Bipfa Bikivuka
Ukugabanya Igitigiri c’ Ibibondo Bipfa Bikivuka

Mu cigwa gishasha giheruka gukogwa n’ ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe amagara y’ abantu OMS rifatanije n’ ishirahamwe ritabar’ imbabare ryigenga SAVE THE CHILDREN, ayo amashirahamwe asaba ko amakungu yokora cane kurushiriza mu kubuza ko ku mwaka kw’ isi abana imiriyoni n imiriyoni bapfa bakivuka bishwe n’ ingwara zishobora kwirindwa. Mu bihugu bikiri mu nzira y’ amajambere akaba ariho har’ igitigiri kinini c’ abana bapfa bakivuka

XS
SM
MD
LG