Uko wahagera

Somaliya: Bombe y'Umwiyahuzi Yahitanye 11 Ikomeretsa 10


Ahabereye igitero

Polisi ya Somaliya itangaza ko igitero ca bombe y'umwiyahuzi mu kibanza kirimwo ama duka menshi i Mogadisho ku murwa mukuru wa Somaliya cahitanye 11 gikomeretsa 10.

Itororokanirizo ry'amakuru y'Abongereza, Reuters, rivuga ko abajejwe umutekano muri Somaliya bavuze ko abaguye n'abakomeretse bompi bari aba sivile.

Nta wuriyitirira ico gitero.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG