Uko wahagera

USA: Abantu 58 Bishwe mu Gisagara ca Las Vegas

Igipolisi mu gisagara ca Las Vegas, muri Reta ya Nevada kimenyesha kw’umuntu yarashe abantu bari mu giteramo c’umuziki ku muhingamo wo ku musi w’Imana yahitanye abantu mirongo itanu, akomeretsa abandi barenga amajana ane.

Erekana Ibindi

1
2
3
4

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG