Uko wahagera

Perezida Nkurunziza Asaba Ihinyanyurwa ry’Ibwirizwa Shingiro


Perezida Pierre Nkurunziza ari mu ntara ya Gitega
Perezida Pierre Nkurunziza ari mu ntara ya Gitega

Mu Burundi, Perezida Pierre Nkurunziza yatanguje ibikorwa vyo gusigura ibijanye n’amatora y’abanyagihugu ya ego canke oya, kuvyerekeye umugambi wo guhindura ibwirizwa shingiro.

Ari mu ntara ya Gitega, perezida Nkurunziza yamenyesheje ko atari ibwirizwa nshingiro rizohindurwa ryose, ariko ko ari ingingo zimwe zimwe zataye igihe.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu ntara ya Gitega Fidele d'Antoine Nsabimana ni we yakurikiranye iyi nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:17 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG