No media source currently available
Mu Burundi, umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza yatanguje ibikorwa vyo gusigura ibijanye n’amatora y’abanyagihugu ya ego canke oya, kuvyerekeye umugambi wo guhindura ibwirizwa shingiro. Perezida Nkurunziza yasiguye ko hazohinyanyurwa ingingo zimwe zimwe zataye igihe.