Uko wahagera

Burundi: Umukuru w'Igihugu Yipfuza ko Ibwirizwa Nshingiro Rihinyanyurwa


please wait

No media source currently available

0:00 0:04:17 0:00

Mu Burundi, umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza yatanguje ibikorwa vyo gusigura ibijanye n’amatora y’abanyagihugu ya ego canke oya, kuvyerekeye umugambi wo guhindura ibwirizwa shingiro. Perezida Nkurunziza yasiguye ko hazohinyanyurwa ingingo zimwe zimwe zataye igihe.

XS
SM
MD
LG