Uko wahagera

Ubutumwa bw'Abifurizanya Umwaka Mushasha


A man writing "2011" with a torch into the blue evening sky on a snow covered field in Sieversdorf, eastern Germany, 30 Dec 2010. (AFP Image)
A man writing "2011" with a torch into the blue evening sky on a snow covered field in Sieversdorf, eastern Germany, 30 Dec 2010. (AFP Image)

Ubutumwa bw'Umwaka Mushasha Mutashoboye Gukwirikirana

Ncuti mwese mukwirikirana ibiganiro vyacu, tuboneyeho akaryo k'ukubifuriza umwaka mushasha muhire w'2011. Uze ubabere umwaka w'amata n'ubuki. Radiyo Ijwi rya Amerika rizobandanya ribashikiriza ibiganiro bitandukanye twibaza ko bizobandanya bibashimisha.

Mugire umwaka mwiza w'2011 mu miryango yanyu no mu banyu.


XS
SM
MD
LG