Uko wahagera

Maroko Yatsinze Intamba mu Rugamba z'Uburundi Bitatu ku Busa


Intamba mu Rugamba na Moroko
Intamba mu Rugamba na Moroko

Igihugu ca Maroko catsinze Intamba mu Rugamba z'Uburundi ibitsindo bitatu ku busa. Ni umukino wabereye mu gisaga ca Bujumbura mu Burundi.

Uburundi gushika ubu bufise amanota ubusa kuri atandatu. Amahigwe yo kuja mu nkino z'Afurika zizobera muri Kameruni mu mwaka wa 2021 akaba agenda agabanuka.

Inkuru y'umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Désiré Hatungimana.

Amahirwe yo Kuja muri CAN ku Burundi Agenda Agabanuka
please wait

No media source currently available

0:00 0:00:57 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG