Uko wahagera

Joe Biden Arategura Inzibacyuho


Perezida yatowe Joe Biden ari kumwe na Ron Klain agiye kuzoba umuyobozi w'imilimo mu biro bye.
Perezida yatowe Joe Biden ari kumwe na Ron Klain agiye kuzoba umuyobozi w'imilimo mu biro bye.

Muri Leta zunze ubumwe z'Amerika, kugeza ubu Perezida Trump ntaremera ko yatsinzwe amatora y'umukuru w'igihugu. Ariko Ntibibuza Joe Biden, uhabwa amajwi asabwa yo gutsinda, gutegura inzibacyuho. Muri uru rwego, amaze gushyiraho Ron Klain uzamubera umuyobozi w'imilimo mu biro bye akimara gutangira akazi ke ka perezida w'igihugu.

Thomas Kamilindi Aratubwira inkuru iramvuye kuri iyo myiteguro ya Biden yo Guhitamwo abazomufasha gutwara.

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:10 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG