Uko wahagera

Ishirahamwe ry'Ubudagi GIZ Ryaba Rigiye Kugara mu Burundi.


Ishirahamwe rijejwe gufashanya hagati y'igihugu c'Ubudagi n'amakungu GIZ mu mpera z'ukwezi kwa gatandatu rizugara mu Burundi. Imwe mu migambi ryahora rifasha abakozi bayo barasezerewe kuva mu mpera z'umwaka wa 2020.

GIZ yakorera mu Burundi kuva muri 1975 yahagaritse ugufashanya na Reta y'Uburundi n'igiporisi c'ico gihugu kuva muri 2015 ariko ibikorwa bindi vyose vy'iterambere ry'abanyagihugu rirabikomeza.

Inkuru yateguwe n'umumeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Eloge Willy Kaneza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:02:27 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG