Uko wahagera

Imirwano i Beni Yatumye OMS Yimurira Abakozi Bayo i Goma


Umwe mu barwanya Ebola mu bitaro i Bwera muri Uganda

Abakozi ba ONU barenga igice ca gatatu bari mu bikorwa vyo kurwanya Ebola mu gisagara ca Beni mu buseruko bwa Republika ya demokarasi ya Kongo bimuriwe mu bumanuko bwa Goma kuri uyu wa kabiri.

Ishami ry’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryita ku magara, OMS rivuga ko imirwano itaborohereza mu twigoro barimwo two kurwanya Ebola, yatanguye kwiyadukiza mu 2018 mu kwezi kw’umunani.

OMS ivuga ko intambara i Beni yatumye abakozi 49 badakenewe cane bimuriwa i Goma.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG