Uko wahagera

Pakistani: Igitero Cahitanye Abantu Mirongo Itatu


Pakistani: Inyuma y'igitero cahitanye abantu mirongo itatu, b'aba isilamu baturuka muba Sufi.
Pakistani: Inyuma y'igitero cahitanye abantu mirongo itatu, b'aba isilamu baturuka muba Sufi.

Muri Pakistani, kur’uyu wa gatandatu habaye igitero gikomeye, aho iki bombe caturikiye ahariko habera imigigwa y’aba isilamu bo mubwoko bw’aba Sufi, mu bumanuko bushira uburengero bwa Pakistani.

Ico gitero cahitanye abantu bashika ku mirongo itatu, abandi mirongo indwi barakomereka cane, bikavugwa mbere ko igitigiri c’abapfa gishobora kwiyongera. Abahitanywe n’ico gitero bagizwe ahanini n’abana hamwe n’abakenyezi.

Gushik’ubu nta mugwi n’umwe uriyitirira ico gitero.

XS
SM
MD
LG