Uko wahagera

Icicaro c'Intagondwa mu Minwe y'Ingabo z'u Rwanda na Mozambike


Coloneli Ronald Rwivanga Avugira Igisirikare c'u Rwanda

Igisirikare c'u Rwanda na Mozambike vyemeza ko vyigaruriye igisagara ca Mocímboa da Praia gifatwa nk'icicaro gikuru c'abarwanyi bivugwa ko bakorana n’intagondwa ziyitirira idini rya Isilamu.

Mu kiganiro Coloneli Ronald Rwivanga avugira igisirikare c’u Rwanda, RDF, yagiranye n'Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Diane Nininahazwe, yasiguye ikigiye gukurikira hamwe n’ico ukubohoza iki gisagara bisigura mu rugamba rwo kugarukana umutekano muri Mozambike.

Ni iki Gikurikira Inyuma yo Kubohoza Igisagara ca Mocímboa da Praia?
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:21 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG