Uko wahagera

Howard Wolpe Yagize Uruhara Ruhambaye Cane mu Gutsimbataza Amahoro mu Burundi, Yaritavye Umuremyi

Howard Wolpe Yagize Uruhara Ruhambaye Cane mu Gutsimbataza Amahoro mu Burundi, Yaritavye Umuremyi
Howard Wolpe Yagize Uruhara Ruhambaye Cane mu Gutsimbataza Amahoro mu Burundi, Yaritavye Umuremyi

Ambroise Niyonsaba, intumwe idasanzwe y’umukuru w’ishirahamwe rya Afrika mu gihugugu ca Cote D’Ivoire, yigeze kuba intumwa y’Uburundi mu biganiro vyo kurondera amahoro vyabereye I Arusha, avuga kw’urupfu rwa Howard Wolpe, ar’uruhombo rukomeye cane gose ku Barundi no ku banyagihugu bose bo mu ntara ya Afrika y’ibiyaga binini. Umushingantahe Niyonsaba aribuka uruhara ntangere, umushingantahe Wolpe yagize mu biganiro vyabaye hagati y’abanyapolitike bo mu Burundi; uruhara yabandanije kandi n’inyuma y’aho Abarundi batereye igikumu ku masezerano y’amahoro:

Reka Tumwumvirize mu kiganiro yahaye Frederic Nkundikije, aho atangura avuga ukuntu yamenye Howard Wolpe, n’ukuntu yar’umutegetsi arangwa n’ubwitonzi kandi akunda intara ya Afrika y’ibiyaga binini, na cane cane Uburundi yafashije.

XS
SM
MD
LG