Uko wahagera

Claire Maniragaba, Umumenyeshamakuru, Arasezerana Abakunzi b’Iradiyo Ijwi rya Amerika


Marie Claire Maniragaba
Marie Claire Maniragaba

Haraheze imyaka itari mike abakunzi b’iradiyo Ijwi rya Amerika, cane cane mu rurimi rw’Ikirundi n’Ikinyarwanda, bumviriza kandi bakwirikirana amakuru n’ibiganiro bitegurwa na madame Marie Claire Manigaraba. Mur’iki gihe ayandi manga amuhamagaye kugirango yimuke aje kubana n’uwo bubabakanye, Madame Claire Manigaraba, yarahaye ikiganiro Ijwi rya Amerika, kugira ngo ubwa mbere na mbere, asezere abakunzi b’iradiyo, yongere asezerane na bagenzi biwe, bakoranye mu kiringo kitari gito:

Ido n’ido y’ico kiganiro, mushobora kwumviriza ibikwirikira.

XS
SM
MD
LG