Uko wahagera

CHAN 2016: Tuniziya Yatsinze Nijeri 5 Kuri 0.


Ihiganwa rya CHAN 2016 ribera mu Rwanda ku musi wa mbere itariki ya 26 y'ukw ambere 2016 ryarakomeje mw'itsinda rya C.

Inyuma yo gutsinda yorohewe cane umugwi wa Nijeri ibitsindo 5 ku 0, Tuniziya yaciye ironka itike iyiha uburenganzira bwo kubandanya mu gice ca kane gishira icanyuma.

Nijeri nayo aho bukera izofata urugendo isubira iwabo. Ido n' ido na Désiré Hatungimana umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika, yari yishikiye kuri sitade ya Kigali ahabereye urwo rukino.

XS
SM
MD
LG