Uko wahagera

Burundi: Umurwi wa New Star Uzokina mu Mahiganwa ya BAL 2022


Bamwe mu bakinyi ba New Star

Umugwi wa New Star wo mu Burundi ku wa gatandatu wararonse uburenganzira bwo kuzoseruka mu nkino za Afrika zizohuza imigwi 16 yabaye iya mbere iwabo mu nkino za Basketball Africa League.

Uwo mugwi umenyerezwa na Richard Patrick Ngwizuruvugo yaciye mu migwi ya Reg na Tigre mu Rwanda akaba yakuriye mu mugwi w’Urunani. Mu kiganiro cihariye yagiranye n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Desire Hatungimana, yavuze ko ari akamwemwe nta ngere kubona umugwi w’Uburundi useruka muri izo nkino.

New Star mu Mahiganwa ya BAL 2022
please wait

No media source currently available

0:00 0:08:39 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG