Uko wahagera

Burundi: Polisi Yafashe Abagirizwa Kwiba Miliyoni 150 muri BANCOBU


Abagirizwa ubwo busuma bakoresheje ubuhinga bwa none
Abagirizwa ubwo busuma bakoresheje ubuhinga bwa none

Mu Burundi, igiporisi cataye muri yompi abantu bane barimwo abakozi babiri b'Ibanki y'Ubudandaji (BANCOBU) bikekwa ko banyonoye amafaranga angana n'imiriyoni 150 y'Amarundi.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bujejwe umutekano Pierre Nkurikiye yerekana abagirizwa ubwo busuma ku murwa mukuru w’ubutunzi Bujumbura yavuze ko ababukoze bakoresheje ubuhinga ngurukanabumenyi babifashijwemwo n’umwe mu bakozi b’iyo banki akorera mu gisata c’ubuhinga” Informatique”.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza ni we adushikiriza iyi nkuru ido n'ido.

please wait

No media source currently available

0:00 0:02:53 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG