Uko wahagera

Bujumbura: Abarundi Baba mu Mahanga Batoye Abayobozi Babo


Eric Niragira aba mu gihugu ca Australia

Abarundi baba mu mahanga barakoraniye i Bujumbura mu Burundi mu ndwi iheze mu ntumbero yo gutora abayobozi bashasha b'ishirahamwe ryabo hamwe no mu ntumbero yo kurabira hamwe uruhara bogira mw'iterambere ry'igihugu cabibarutse.

Eric Niragira aba mu gihugu ca Australia yatowe mu kibanza c'umukuru w'iryo shirahamwe, yabwiye mugenzi wacu Frederic Nkundikije imwe mu migambi ngenderwako, irimwo kwunga ubumwe bw'Abarundi, iryo shirahamwe rizoshira imbere. Aratangura atubwira ukuntu yakiriye itorwa ryiwe.

please wait

No media source currently available

0:00 0:08:49 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG