Umurwi wa M23 urwanya ubutegetsi bwa Kongo wemeza ko ari wo ugenzura ibice bitandukanye vy'ico gihugu birimwo igisagara ca Goma, n'ikibuga c'indege c'ico gisagara. Uno munsi, abiyerekana biyamiriza ingwano, baturiye ubuserukizi bw'ibihugu bitandukanye birimwo ubwa Amerika, Ubufaransa, Ubuholande, Ububirigi, u Rwanda n'ibiro vya ONU.
Amwe mu Mafoto y'Uko Vyifashe i Goma n'i Kinshasa muri Kongo

1
Bamwe mu banyagihugu bateye ambasade y'u Rwanda i Kinshasa, n'abandi bariko bararorera. Hambavu ya ambasade y'u Rwanda yatewe n'abiyamiriza intambara yo muri Kongo, izindi zatewe ni y'Amerika, iy'Ubufaransa, iy'Ububirigi iy'Ubuhorandi, n'ibiro vya ONU.

2
Abiyerekana bariko basakirana na polisi igihe batera ubuserukizi bw'Ubufaransa i Kinshasa.

3
Bamwe mu banyagihugu bakoeze imyiyerekano yo kwiyamiriza intambara muri Kongo. Aha, ni I Kinshasa.

4
Umwe mu bakoreye imyiyerekano i Kinshasa.