Amwe mu Mafoto y'Ivyaranze CHOGM n'Abitabiriye Iyo Nama Yari Imaze Iminsi Ibera mu Rwanda
CHOGM 2022 yaheze kuri uno wa gatandatu. Zimwe mu ngingo zayifatiwemwo, zirimwo ukwemerera Togo na Gabon kwinjira muri Commonwealth. Ivyo bihugu bisanzwe bikoresha Ururimi rw’igifaransa bikurikiye u Rwanda na Mozambique biri muri uwo muryango kandi bitakoronijwe n'Ubwongereza.
29
Bamwe mu bategetsi bitabiriye CHOGM bagana ahabeereye umwiherero wabo
30
Prezida Paul Kagame ku munsi wa nyuma wa CHOGM
31
Prezida wa Uganda Yoweri Kaguta Museveni ymabuka umupaka wa Gatuna imbere yo kuja muri CHOGM 2022.
32
Rumwe mu rwaruka rwitabiriye CHOGM 2022.