A look at the best news photos from around the world.
Amwe mu Mafoto y'Ivyabaye Irya n'Ino kw'Isi
1
Umwe mu bana bo muri Palestine ariko akinira impande y'ikambi y'impunzi ya Gaza yahungiyemwo
2
Ifoto yerekana umuriro ukomeje mw'ishamba cimeza rya Amazone.
3
Abapolisi bo muri Honduras bahanganye n'abakora imyiyerekano yo kwiyamiriza Perezida w'ico gihugu, Juan Orlando Hernandez
4
Umushikiranganji wa mbere wa Canada Justin Trudeau kumwe n'umukinyi n'umukinyi wa Tennis Bianca Andreescu