Barbara Bush asize umunega wiwe, George H. W. Bush, w'imyaka 93 n'abana batanu
Amafoto y'Ishingurwa rya Nyakwigendera Barbara Bush
Abantu Baharurwa mu 1500 Baraherekeje kuri uno wa Gatandatu Barbara Bush, umufasha wa Perezida wa 41 wa USA, George H.W.Bush, akaba na nyina wa Perezida wa 43, George W.Bush.
![Uwahoze ari perezida wa Amerika, George H.W. Bush, mu mihango yo guherekeza umutambukanyi wiwe Barbara. Uwuriko aramusunika, ni umuhungu wiwe George W. Bush, yigeze kuba Perezida wa Amerika.](https://gdb.voanews.com/96b65194-fac2-438b-8cc5-fad6a834740e_w1024_q10_s.jpg)
1
Uwahoze ari perezida wa Amerika, George H.W. Bush, mu mihango yo guherekeza umutambukanyi wiwe Barbara. Uwuriko aramusunika, ni umuhungu wiwe George W. Bush, yigeze kuba Perezida wa Amerika.
![Uwahoze ari perezida wa Amerika Bill Clinton n'umupfasoni wiwe Hilary Clinton. ](https://gdb.voanews.com/6f8810b9-8f34-46f2-b8e8-bd57845d9be8_w1024_q10_s.jpg)
2
Uwahoze ari perezida wa Amerika Bill Clinton n'umupfasoni wiwe Hilary Clinton.
![Umutambukanyi wa Perezida wa Amerika Donald Trump , Melania Trump.](https://gdb.voanews.com/5d613f30-be7b-434c-bd8d-e2bf0c1b5034_w1024_q10_s.jpg)
3
Umutambukanyi wa Perezida wa Amerika Donald Trump , Melania Trump.
![Uwahoze ari perezida wa Amerika Barack Obama, umutambukanyi wiwe Michelle na madamu wa Trump, Melania. ](https://gdb.voanews.com/7fdf1e63-44a9-4b10-9e4e-f9a4e0eab9c9_w1024_q10_s.jpg)
4
Uwahoze ari perezida wa Amerika Barack Obama, umutambukanyi wiwe Michelle na madamu wa Trump, Melania.