Barbara Bush asize umunega wiwe, George H. W. Bush, w'imyaka 93 n'abana batanu
Amafoto y'Ishingurwa rya Nyakwigendera Barbara Bush
Abantu Baharurwa mu 1500 Baraherekeje kuri uno wa Gatandatu Barbara Bush, umufasha wa Perezida wa 41 wa USA, George H.W.Bush, akaba na nyina wa Perezida wa 43, George W.Bush.
5
Uwahoze ari perezida wa Amerika George H.W. Bush, ariko aramutsa uwahoze ari visi perezida wa Amerika Joe Biden. Iruhande yabo hari umukazana wa Barbara, Laura Bush n'umushingantahe wiwe
6
Abuzukuru ba nyakwigendera Barbara kumwe n'abari bateruye isandugu yashinguwemwo
7
Uwahoze atwara Reta ya Florida, Jeb Bush, ariko ashingira intahe umuvyeyi wiwe Barbara mu misa yo kumuherekeza.
8
Ifoto rusangi y'abaherekeje nyakwigendera Barbara