Uko wahagera

Abarundi Baributse Imyaka 18 Irangiye, President Melchior Ndadaye, Agandaguwe


Abarundi Baributse Imyaka 18 Irangiye, President Melchior Ndadaye, Agandaguwe
Abarundi Baributse Imyaka 18 Irangiye, President Melchior Ndadaye, Agandaguwe

Hari kw’igenerezo rya 21 ry’ukwezi kw’icumi, igihe inyankaburunzi, zahekura Uburundi, zikagandagura umukuru w’igihugu wa mbere, yitorewe n’abanyagihugu, Melchior Ndadaye. Mu mezi makeyi yarongoye Uburundi, yar’amaze gushikiriza imigambi, abarundi bari bashimye, irimwo gutsimbataza amahoro n’umutekano, kwubahiriza agateka ka zina muntu, kunagura ubutungane, kwunywanisaha abarundi hamwe n’ugutsimbataza ubumwe, hamwe n’iyindi migambi myiza: Mbega mur’iki gihe haheze imyaka 18 abansi b’Uburundi babuhekuye, ibintu vyifashe gute? Mbega ikintu umugambwe Frodebu wakoze coba catumye abarundi, batambandanya kwizera uyo mugambwe n’ikihe?

Frederic Nkundikje yaraganiye n’umushingantahe Methode Ndikumana, yashigikiye umugambwe Frodebu kuva ukivuka: Tubatege amatwi mur’iki kiganiro gikwirikira:

XS
SM
MD
LG