Uko wahagera

Burundi: Abantu 10 Bishwe mu Kanyosha I Bujumbura


Umutekano muke mu Burundi
Umutekano muke mu Burundi

Mu Burundi, abantu cumi barishwe barashwe n’abantu bitwaje ibigwanisho bateye ikirabo muri Zone Kanyosha mu bumanuko bw’umugwa mukuru Bujumbura mw’ijoro ryo kuwa gatandatu.

Abandi indwi baguye muri ubwo bunywero, batatu nabo bagwa kwa muganga.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza araduha ibisobanuro birambuye kuri iyi nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:13 0:00

XS
SM
MD
LG