Uko wahagera

Abana b'Imfuvyi Bakirwa mu Miryango yo muri Amerika Babayeho Gute?

please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:03:39 0:00

Abana barenga ibihumbi 130 b’imfuvyi bakirwa buri mwaka muri Leta zunze ubumwe z’Amerika n’imiryango ibarera. Abenshi muri abo bana, ni abirabure barerwa mu muryango y'abazungu. Bababayeho gute mu miryango ibakira? Ijwi ry'Amerika yabateguriye urukurikirane rw'inkuru kuri ico kibazo. Muri videwo ya mbere, turagaruka ku ngorane zihaba iyo imiryango ireze abana badahuje uruhu.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG