Uko wahagera

Abahitanywe na Nyamugigima muri Haiti Bageze ku 2189


Bamwe mu Bakomerekejwe na Nyamugigima muri Haiti
Bamwe mu Bakomerekejwe na Nyamugigima muri Haiti

Abahitanywe na nyamugigima yaciye muri Haiti mu mpera z’indwi iheze bageze ku 2189. Igisata kijejwe gutabara muri ico gihugu catangaje ivyo bitigiri kivuga ko abo yakomerekeje barenga ibihumbi 12 n’amajana 260.

Abataratorerwa irengero ni 332. Amazu yabomaguritse nayo aharurwa mu bihumbi n’ibihumbi. Reta yatangaje ukwezi kw’ibihe bidasanzwe mu ntara zine z’ico gihugu gihanganye n’ibibazo bitandukanye birimwo ikiza ca Virusi ya Corona, n’uruhagarara rwatewe n’igandagurwa rya Prezida Jovenel Moise.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG