Abategetsi mu Buhindi batangaza ko abantu bagera ku 150 bashobora kuba bahitanywe n’ikibarafu comotse ku musozi muremure wa Himalaya ku ruhande rwo mu buraruko bw’ico gihugu.
Ibiziga vy’abantu icenda gusa ni vyo bimaze gutorwa.Umushikiranganji wa mbere w’Ubuhindi Narendra Modi ku rubuga rwiwe rwa Twitter yihanganikishije ababa muri Reta ya Uttarakhand yabereyemwo iryo sanganya.
Facebook Forum