Uko wahagera

EJO BITE  09 11 2004 - 2004-09-10


Mu kiganiro cy'urubyiruko, Joselyne atugezaho kw'impunzi z'Abarundi zahungiye mu Rwanda mu nkambi ya Kigeme ku Gikongoro zahagurukiye kurwanya ihohoterwa rikorerwa abana.

Jacqueline na we ati abana b'Abarundi bari mu buhungiro bitabira ubuhanzi gakondo mu rwego rwo gukomera k’umuco w'iwabo.

Mu Burundi ho, mu kero kivyamwa abana barata amashure bakihebera urudandazwa rwavyo.

Indi nkuru ni ivuga ko inkino z'umupira zahora zihuza urwaruka mw'ikambi ya Lukole zahagaze.


Ejo Bite: English Version


Abategura Ejo Bite



Shakira andi makuru yo mu karere hano.
Saba amakuru muri email yawe hano.

XS
SM
MD
LG