Uyu musi mu makuru yerekeye urwaruka rwo mu Burundi, abana b’abahungu barakurikirana imyuga izwi ko yahariwe abigeme.
Mu biraje ishinga urundi rwaruka ho, amashirahamwe aragerageza gukuraho intambamyi zibuza abana b’Abatwa kwiga.
Mu Rwanda ho, haravugwa ko abenshi mu bana b’abahungu bahungiye mu gihugu cya Congo bava mu Rwanda bakoreshejwe mu mitwe ya gisirikare.Abandi bari mu biruhuko mu Ruhengeri bafite imigambi itandukanye, cyane cyane iyo gufasha ababyeyi ndetse no kwitegura umwaka wamashure utaha.
Shakira andi makuru yo mu karere hano.
Saba amakuru muri email yawe hano.