Uko wahagera

Urwanda Rwashimiwe Kworohereza Abacuruzi n'Abashoramari


Urwanda rwarahayagijwe n'Ibanki y'isi yose ku vyerekeye ugutunganya neza inzezo z'ubutunzi n'ukworoherza abagira imirimo y'ubudandaji:

Muri raporo iherutse gusohogwa n'Ibanki y'isi yose, Urwanda rwaje ubwa kabiri mu karere ko muri Afrika yo hagati na Afrika yo mu buseruko ku
vyerekeye gutunganya neza inzego z'ubutunzi n'ukworohereza imirimo ijanye n'ubudandaji.

Mugenzi wacu Fidele Niyongabo yaraganiye
n'umunyamabanga mukuru mu bushikiranganji bujewe ubutunzi mu Rwanda, John Rwangombwa, ku ngingo zafashwe na leta y'Urwanda kugira izo ntambwe zishikweko.

XS
SM
MD
LG