Uko wahagera

Amakuru ku Mugoroba


Amakuru ku Mugoroba
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:53 0:00

Igitero c'abarwanyi ba CODECO bo muri Kongo cahitanye abasivile barenga 35. Abanyagihugu bo mu ntara ya Makamba mu Burundi bahangayikishijwe n'ikiza ca Marbourg. Abanyekongo bahungiye mu Rwanda bababajwe n'ingingo ya prezida wa Amerika Donald Trump, yabaye ihagaritse ibyo kwimukira muri Amerika.

XS
SM
MD
LG