Muri Kongo, imirwano hagati y’ingabo z’igihugu FARDC n’umutwe wa M23 irakomeje. Irabera muri teritwari ya Kalehe. Abakozi b’imiryango mpuzamhanga, barimo n’aba Monusco, batangiye guhunga.
Ibyiciro
-
31-03-2025Iwanyu mu ntara
-
28-03-2025Iwanyu mu ntara
-
27-03-2025Iwanyu mu ntara
-
26-03-2025Iwanyu mu ntara
-
25-03-2025Iwanyu mu ntara
-
24-03-2025Iwanyu mu ntara