Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku rukino rwa tennis. Urwo rukino rumaze imyaka myinshi cane rukinwa ku rwego rw’abinezereza no ku rwego rw’abarugize umwuga. Ni urukino rukinwa n’abantu b’ibitsina, urukoba n’imyaka bitandukanye.